Catégorie : Inkino

515441548_1339271187964096_5964591691493549587_n-1280x1707.jpg

irisnews257juillet 8, 20253min460
Umugwi Aigles Noirs CS wo mu ntara ya Makamba urafata indege kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 8 Mukakaro 2025, uja muri Afurika y’Epfo aho ugiye kwitegurira umwaka w’inkino 2025-2026. Ibi bibaye inyuma y’ugutahukana igikombe ca Nkurunziza Cup batsinze The Cong Viettel FC yo muri Vietnam Umwaka w’inkino uzotangura ku wa 22 Myandagaro, ariko imbere […]

Vision-FC-1280x839.jpg

irisnews257juillet 7, 20252min630
Kuri uyu wa 7 Mukakaro 2025 mu gisagara ca Bujumbura, habaye ikiganiro ku bamenyeshamakuru ku bijanye n’ishingwa, hamwe n’imigambi y’Umugwi wa Vision FC. Uwo mugwi uherutse kugurwa n’abakinyi mpuzamakungu b’abarundi, Ndayishimiye Youssouf batazira Nyange na Bimenyimana Bonfils Caleb. Ashikiriza ibijanye n’igurwa ry’uwo mugwi, Olivier Niyungeko batazira Mutombora, azoba ari umuyobozi w’ubuhinga muri uwo mugwi, yamenyesheje […]

514410887_1336964551528093_3686786393897059201_n-1280x1280.jpg

irisnews257juillet 5, 20258min650
Mu rukino rwahuje iyo migwi mikeba kuri uyu wa 0/7/2025, uduce dutatu twa mbere twose twarangiye umugwi w’Urunani uri imbere: Agace ka mbere: 26-15 Agace ka kabiri: 46-39 Agace ka gatatu 62-59 Ugiwe imbere n’umukinyi Cuma Toto Noe hamwe n’ugufashanya kwiza hagati y’abakinyi bose no kuzibira neza, umugwi wa Dynamo wahindukije ibintu, birangira wirengeje Urunani […]

514981417_1334953968395818_4912467253148525169_n-1280x1707.jpg

irisnews257juillet 3, 20255min530
Diogo Jota yapfiriye mw’isanganya ry’imodoka ryabereye ahitwa Zamora mu gihugu ca Espagne mu gitondo co kuri uyu wa kane, aho yari kumwe na murumuna we, nawe nyene yahavuye ahasiga ubuzima nk’uko vyatangajwe n’ikinyamakuru #Marca. Imodoka yarimwo ikaba yataye ibarabara, mu nyuma yaka umuriro. Umukinyi Diogo Jota yitavye Imana yari nde ? Amazina yiwe ni Diogo […]


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire