Catégorie : Inkuru Nyamukuru

Uburundi-muri-raporo-1280x960.jpg

irisnews257juillet 8, 20252min600
Uburundi bwaje mu kibanza c’133 mu bihugu 163 vyasuzumwe mu cegeranyo Global Peace Index 2025 (GPI), raporo ngarukamwaka y’Ikigo mpuzamakungu Institute for Economics and Peace (IEP). Ico kibanza gishira Uburundi mu bihugu bifise ingorane nyinshi mu bijanye n’umutekano n’amahoro. Iyo raporo, ubu igeze ku ncuro ya 19 ikorwa, ishingira ku bipimo (indicateurs) 23 vyerekana uko […]

516839557_1338525908038624_364324258903738086_n.jpg

irisnews257juillet 7, 20251min610
Uwo murima wari kuri hegitari 2,31 watewemwo itoni 4,2 z’imbuto z’ibiraya, nayo umwimbu witezwe ukaba ungana n’amatoni ari hagati ya 40 na 60 Mw’ijambo ryiwe, Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko akaruhuko atari kwicara ahubwo ari guhindura ivyo umuntu akora kandi bimuteza imbere

Trump-vs-Musk.webp

irisnews257juillet 7, 20252min410
Ishamba si ryero hagati ya Prezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump n’umugwizatunga w’Umunyamerika, Elon Musk. Kuva mu mpera z’ukwezi kwa Ruheshi 2025, aba babiri bariko bararyana mu gihe bahora bacuditse. Kw’igenekerezo rya 5 Mukakaro, Elon Musk yatangaje ko agiye gushinga umugambwe mushasha witwa the “America Party”. Mu masaha yakurikiye iryo tangazo, Trump […]

514277026_1338427241381824_7394280423326907598_n.jpg

irisnews257juillet 7, 20252min470
Martin Niteretse, umushikiranganji ajejwe intwaro yo hagati yahumurije abahora mu mabanga ya Buramatari na Musitanteri ko batokwihebura kuko ibibanza bikiri umuyoro Hari mu nama idasanzwe yahuje Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu na ba Buramatari b’intara zitanu zishasha, abahoze ari ba Buramatari na ba Musitanteri mu ndinganizo ya kera y’igihugu hamwe n’abanyamabanga nshingwabikorwa ba komine […]

FB_IMG_1751549476217.jpg

irisnews257juillet 3, 20254min560
Inama Nkenguzamateka yemeje kuri uyu wa 3 Mukakaro 2025 ba Buramatari bazorongora intara zitanu (5) zigize Uburundi. Buhumuza : Dénise Ndaruhekeye Bujumbura : General Major  Ndayikengurukiye Aloys Butanyerera : Gen de brigade de police Victor Segasago Gitega : Liboire Bigirimana Burunga : Mboninyibuka Parfait Ayo mazina akaba yarungitswe n’Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ngo yemezwe n’abakenguzamateka. […]

FB_IMG_1751549749649-1280x853.jpg

irisnews257juillet 3, 20251min690
Mu gihe imigenderanire hagati y’Uburundi n’Urwanda ihitiye mu bibazo kuva muri Nzero 2024, abasirikare b’Uburundi bariko barafasha abanyagihugu bo mu turere twa Ngoma na Nyanza mu Rwanda, biciye mu bikorwa vy’ugufashanya hagati y’igisirikare n’abasivile. Ivyo bikorwa bigeze mu ndwi igira gatanu y’ibikorwa vyahariwe ugufashanya kwa gisivile na gisirikare (cooperation civilo-militaire), bihuriyemwo ibihugu bigize Umuryango wa […]


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire