Image

504379464_1340962321128316_7868577864909192439_n.jpg

irisnews257juillet 10, 20252min780
Ni abaganga bazovura indwara zitandukanye ku buntu. Nazo ni: ubumuga bw’amagufa aturutse ku masanganya, ingwara z’imitsi nsonza-bwenge mu bwonko, kuvura uruti rw’umugongo, indwara zo mubihimba vy’irondoka, indwara z’umutima, indwara z’amaso, gutera amafyigo mashasha, ingwara y’uruti rw’umugongo n’udutsi twaho. Abo bahinga bakazotangura igikorwa cabo ku ma genekerezo ya 14 gushika 18 Mukakaro ku bitaro bikuru vy’i […]

516784524_1340895044468377_3519059429550970803_n.jpg

irisnews257juillet 10, 20251min760
Igice kijanye n’ibikorwa vyinshi ari 5 cnke 6 kibure 7 bizohabwa amafaranga ku bice hanyuma baze barazana kwerekana ingene amafaranga yakoze gutyo mu bushikiranganji barabe y’uko uburyo bwakoze neza kandi bwakoze ukwo butegerezwa gukoreshwa. Uwutazoba yashoboye ubwo buryo kwerekana ukwo bwakoze, ntazoronka ikindi gice kizokwirikira, azobanza gutanga umusaruro w’igikorwa w’ayo yahawe ubwa mbere, ayo azohabwa […]

518141664_1340783011146247_7935960106173027909_n-1280x853.jpg

irisnews257juillet 10, 20253min790
Ubushikiranganji bw’ikigega ca Reta butegekanya kwegeranya amafaranga angana n’imiriyaridi 4 821,82Fbu, muri ayo, ayazova mu makori n’amatagisi ashika imiriyaridi 2207,99Fbu Vyashikirijwe n’umushikiranganji w’ikigega ca Reta, Nestor Ntahontuye ejo hahise igenekerezo rya 9 Mukakaro 2025 mu nama yo kurabira hamwe n’abo vyega bose ingene amafaranga azokoreshwa muri uyu mwaka w’amafaranga w’2025 – 2026 yabereye i Bujumbura. […]

515496140_1339919654565916_3538024683060260276_n.jpg

irisnews257juillet 9, 20253min790
Nk’uko Iris News yabisanze kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 08 Mukakaro 2025, ibifungurwa bimwe bimwe ibiciro vyavyo biri hejuru naho ari igihe cavyo c’isarura Aha twovuga nk’umuceri aho ugurwa hagati y’amafaranga 4.800 na 7.000 Fbu bivanye n’ubwiza bwawo; ibiharage, mu mezi atatu aheze vyagurishwa hagati ya 3.500 na 6.000 FBu ariko ubu bigurwa hagati […]

515441548_1339271187964096_5964591691493549587_n-1280x1707.jpg

irisnews257juillet 8, 20253min680
Umugwi Aigles Noirs CS wo mu ntara ya Makamba urafata indege kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 8 Mukakaro 2025, uja muri Afurika y’Epfo aho ugiye kwitegurira umwaka w’inkino 2025-2026. Ibi bibaye inyuma y’ugutahukana igikombe ca Nkurunziza Cup batsinze The Cong Viettel FC yo muri Vietnam Umwaka w’inkino uzotangura ku wa 22 Myandagaro, ariko imbere […]

Cafe-cerise-Gitega.gif

irisnews257juillet 8, 20253min810
Vyashikirijwe na Oscar Uwikunda, umuyobozi mukuru w’ikigo ODECA kuri uyu wa 7 Mukakaro 2025 mu bikorwa vyo gutanguza icese co gusigurira abarimyi b’ikawa iyo ntuganyo nshasha yo kubahemba kw’itonorero ry’ikawa riri ku mutumba Korane, zone Kabanga, komine Giheta, ya Gitega. Abarimyi b’igiterwa njabukamazi c’ikawa rero bagiye kuza barahembwa amafaranga yabo biciye kuri ngendanwa zabo canke […]

Vision-FC-1280x839.jpg

irisnews257juillet 7, 20252min740
Kuri uyu wa 7 Mukakaro 2025 mu gisagara ca Bujumbura, habaye ikiganiro ku bamenyeshamakuru ku bijanye n’ishingwa, hamwe n’imigambi y’Umugwi wa Vision FC. Uwo mugwi uherutse kugurwa n’abakinyi mpuzamakungu b’abarundi, Ndayishimiye Youssouf batazira Nyange na Bimenyimana Bonfils Caleb. Ashikiriza ibijanye n’igurwa ry’uwo mugwi, Olivier Niyungeko batazira Mutombora, azoba ari umuyobozi w’ubuhinga muri uwo mugwi, yamenyesheje […]

516839557_1338525908038624_364324258903738086_n.jpg

irisnews257juillet 7, 20251min730
Uwo murima wari kuri hegitari 2,31 watewemwo itoni 4,2 z’imbuto z’ibiraya, nayo umwimbu witezwe ukaba ungana n’amatoni ari hagati ya 40 na 60 Mw’ijambo ryiwe, Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko akaruhuko atari kwicara ahubwo ari guhindura ivyo umuntu akora kandi bimuteza imbere

Trump-vs-Musk.webp

irisnews257juillet 7, 20252min460
Ishamba si ryero hagati ya Prezida wa Leta Zunze Ubumwe za Amerika, Donald Trump n’umugwizatunga w’Umunyamerika, Elon Musk. Kuva mu mpera z’ukwezi kwa Ruheshi 2025, aba babiri bariko bararyana mu gihe bahora bacuditse. Kw’igenekerezo rya 5 Mukakaro, Elon Musk yatangaje ko agiye gushinga umugambwe mushasha witwa the “America Party”. Mu masaha yakurikiye iryo tangazo, Trump […]

Urucanco-1280x853.webp

irisnews257juillet 7, 20253min700
« N’aho ata biharuro fatiro biraboneka, urucanco rwa Malariya ruramaze kuzana akarusho ku bana baruhawe » bishikirizwa Jean Claude Bizimana arongoye umugambi w’igihugu ujejwe incanco PEV Kuva muri Ntwarante 2025, mu Burundi haratanguye gutangwa urucanco rwa Malariya ku bana bafise hagati y’amezi 6 na 11. Aho gushika mu mpera z’ukwezi kwa Rusama, abana 103 000 ari bo […]


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire