
Ku rundi ruhande, Umukuru w’abafana b’Urunani, Muhoza Lewis, yatwiganiye ko n’aho batsinzwe iwabo mu bafana bimeze neza: « Twebwe ku ruhande rwacu nk’abafana twakoze ivyo dutegerezwa kandi n’abakinyi bitanze uko bashoboye, ibijanye n’umusaruro staff y’umugwi vyose irabibona. Aho gukosora nk’abahinga bahabonye ».