Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe bimbuye umurima wabo w’ibiraya uri muri zone Bugarama ya Komine Muramvya, kuri uyu wa 7 Mukakaro 2025

irisnews257juillet 7, 20251min1020
516839557_1338525908038624_364324258903738086_n
Uwo murima wari kuri hegitari 2,31 watewemwo itoni 4,2 z’imbuto z’ibiraya, nayo umwimbu witezwe ukaba ungana n’amatoni ari hagati ya 40 na 60
Mw’ijambo ryiwe, Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko akaruhuko atari kwicara ahubwo ari guhindura ivyo umuntu akora kandi bimuteza imbere

Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire