Kugaragaza ivyiza Uburundi bufise no gutera intege iterambere ry’ubuhinga bw’urwaruka rugitangura imigambi yarwo, guteza imbere ubushobozi bw’urwaruka rw’Uburundi bwo guhingura ibintu bishasha no gukorana n’abarundi mu kwubahiriza ibidukikije.
Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.
© Copyright Iris News Designed by Ingoma Soft Center
© Copyright by BoldThemes 2017. All rights reserved.