Turi bande ?

Ikinyamakuru c'ibishoboka
IRIS NEWS – IKINYAMAKURU C’IBISHOBOKA

Turi bande ?

Iris News n’ ikinyamakuru rusangi co mu Burundi gifise ibice bitandatu vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubudandaji, Ibidukikije, EAC, Urwaruka, Inkino n’Imicokama. Iris News yivuga nk’ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura Uburundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.

Twandikire


Urudandaza


Ibidukikije


EAC


Intumbero yacu


Kugaragaza ivyiza Uburundi bufise no gutera intege iterambere ry’ubuhinga bw’urwaruka rugitangura imigambi yarwo, guteza imbere ubushobozi bw’urwaruka rw’Uburundi bwo guhingura ibintu bishasha no gukorana n’abarundi mu kwubahiriza ibidukikije.




Inkino



Ugwaruka



Imico kama



Ikibano


Woba uriko urarondera umufatanya bikorwa wo kwizigirwa kandi ushikamye?



Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire