Catégorie : Amagara

WhatsApp-Image-2025-10-19-at-14.37.16.jpeg

Jean de Dieu Nahabakomeyeoctobre 19, 20254min380
Ejo hahise ku wa 18 Gitugutu 2025 wari umunsi mpuzamakungu wahariwe “ménopause”. Ménopause, ni igihe umugore ahagarika kuba yoshobora kwibungenga. Muri ico gihe, umugore ntaba akija mu butinyanka kubera igabanuka ry’inkabuzo “œstrogènes” na “progestérone” zituma abona amaraso igihe c’ubutinyanka. Iyo umugore amaze umwaka ataja mu butinyanka kandi atasamye inda canke ngo aje ku buryo bwo […]

Insuline-.jpg

Guillaume Muhozaoctobre 15, 20253min490
Mu gihe ikibazo c’ugucikagurika kw’umuyagankuba kimeze nk’akarande mu bisagara bitari bike, hari bamwe mu Barundi bakorwako cane. Abagwayi bagendana indwara zibasaba gufata imiti y’ibinyabuzima ikenera kubikwa ahantu hakanye. BS*, aba mu buraruko bw’igisagara ca Bujumbura, agendana indwara ya diabète imusaba kwitera urushinge rw’insuline kabiri ku musi yabwiye Iris News ko ibihe vy’ukubura umuyagankuba bimushira mu […]

504379464_1340962321128316_7868577864909192439_n.jpg

irisnews257juillet 10, 20252min530
Ni abaganga bazovura indwara zitandukanye ku buntu. Nazo ni: ubumuga bw’amagufa aturutse ku masanganya, ingwara z’imitsi nsonza-bwenge mu bwonko, kuvura uruti rw’umugongo, indwara zo mubihimba vy’irondoka, indwara z’umutima, indwara z’amaso, gutera amafyigo mashasha, ingwara y’uruti rw’umugongo n’udutsi twaho. Abo bahinga bakazotangura igikorwa cabo ku ma genekerezo ya 14 gushika 18 Mukakaro ku bitaro bikuru vy’i […]

Urucanco-1280x853.webp

irisnews257juillet 7, 20253min600
« N’aho ata biharuro fatiro biraboneka, urucanco rwa Malariya ruramaze kuzana akarusho ku bana baruhawe » bishikirizwa Jean Claude Bizimana arongoye umugambi w’igihugu ujejwe incanco PEV Kuva muri Ntwarante 2025, mu Burundi haratanguye gutangwa urucanco rwa Malariya ku bana bafise hagati y’amezi 6 na 11. Aho gushika mu mpera z’ukwezi kwa Rusama, abana 103 000 ari bo […]

514870500_1335231018368113_8112393942519482707_n.jpg

irisnews257juillet 3, 20252min520
Ivyo, vyashikirijwe na Nzitunga Dieudonné, umwe mu bajejwe ikigo kijejwe kwegeranya amaraso mu ntara ya Gitega. Ni mu gihe bariko begeranya amaraso kuri uyu wa 1 Mukakaro 2025 igihe bariko bahimbaza imyaka 63 irangiye Uburundi bwikukiye. Dieudonné agira ati: « Abanyeshure nibo ahanini batanga amaraso. Si ukuvuga ko abandi batavyijukira, oya! Ni kubera y’uko mu mashure […]


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire