Auteur/autrice : Jean de Dieu Nahabakomeye

785600676_1365473159071887_1769304273442909549_n-1280x1706.jpeg

Jean de Dieu Nahabakomeyeseptembre 2, 20262min110
  Umuririmvyi w’Umurundi Mugani Désiré, azwi nka Big Fizzo, arashika mu Burundi kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 2 Nyakanga 2026. Fizzo aje mu gihe album yiwe nshasha SOA (Son Of Alkebulan) ibandanya kuvugwa no gukundwa n’abakunzi b’umuziki. Iyo album, Fizzo avuga ko yayihaye izina SOA, risigura “umwana w’aho vyose vyatanguriye” muri Afrika. Alkebulan rikaba […]

0I1A9074.jpg-1280x1657.jpeg

Jean de Dieu Nahabakomeyeaoût 28, 20266min150
Ihiganwa rya Miss Burundi 2026 ryuguruwe icese, inyuma y’imisi hari abibaza nimba rizoba canke ritazoba. Abategura iri higanwa batangaje ikirangamisi, ibisabwa ku bigeme bipfuza guhiganwa hamwe n’ubushimwe butegekanijwe. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru cabaye kuri uyu wa 28 Myandagaro 2026, ishirahamwe Ingo SA, ritunganya ihiganwa rya Miss Burundi, ryaratanze umuco ku vyari bimaze imisi bibazwa ku bijanye […]

WhatsApp-Image-2025-10-19-at-14.37.16.jpeg

Jean de Dieu Nahabakomeyeoctobre 19, 20254min1760
Ejo hahise ku wa 18 Gitugutu 2025 wari umunsi mpuzamakungu wahariwe “ménopause”. Ménopause, ni igihe umugore ahagarika kuba yoshobora kwibungenga. Muri ico gihe, umugore ntaba akija mu butinyanka kubera igabanuka ry’inkabuzo “œstrogènes” na “progestérone” zituma abona amaraso igihe c’ubutinyanka. Iyo umugore amaze umwaka ataja mu butinyanka kandi atasamye inda canke ngo aje ku buryo bwo […]

Faustin-Ndikumana-.jpg

Jean de Dieu Nahabakomeyeseptembre 11, 20252min2010
Mu gihe igenekerezo rya 9 Nyakanga ari umusi mpuzamakungu wahariwe uburimyi, ishirahamwe Parcem ryaratanze ikiganiro n’abamenyeshamakuru rivuga ku ruhara rw’uburimyi mu kugwiza umwimbu w’ibishorwa hanze. Abamenyeshamakuru ni kwo kubaza Faustin Ndikumana arongoye Parcem ico yibaza ku vyashikirijwe n’Umushikiranganji wa mbere Nestor Ntahontuye ku wa 14 Myandagaro 2025. Ico gihe, Ntahontuye yavuze ko abo mu mashirahamwe […]


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire