Lorem ipsum dolor sit amet, consectetur adipiscing elit. Sed do eiusmod tempor incididunt ut labore et dolore magna aliqua. Ut enim ad minim veniam, quis nostrud exercitation ullamco laboris nisi ut aliquip ex ea commodo consequat.
Duis aute irure dolor in reprehenderit in voluptate velit esse cillum dolore eu fugiat nulla pariatur.
Excepteur sint occaecat cupidatat non proident, sunt in culpa qui officia deserunt mollit anim id est laborum

click me

Amagara


février 11, 2026 irisnews257

Abapatiri 5 b’amazina akomeye muri kahise k’Uburundi

Uravye uko abantu bakiriye urupfu rwa Patiri Amando Kana, yahora arongoye Foyer de Charité de Bujumbura vyatwibukije ko izina ry’umupatiri rishobora kugera kure rikarenga impome z’amasengero yigishirizamwo akisanga yabaye kimenywanabose. Ng’aha turagaruka kuri bamwebamwe muri bo bamenyekanye bidasanzwe. Patiri Adriyano Ntabona Ni abarundi bake bovuga ko batarumva izina ry’uyu mu patiri yamenyekanye nk’umwigisha w’amakaminuza na […]
0 10min 32

janvier 20, 2026 Evalde Izikwumva

OBR itanguje e-Kori, urubuga rushasha rwo kwihutisha no gutunganya neza ikori

Ikigo c’igihugu kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi mu Burundi (OBR) caratanguje ku mugaragaro urubuga rushasha rwiswe e-Kori, rugamije kworosha no kwihutisha ibikorwa vyo kwegeranya amakori, no gutuma seruvisi zihabwa abanyagihugu zigenda neza kurushiriza hakoreshejwe ubuhinga ngurukanabumenyi. Ivyo bikorwa vyabaye ku wa 19 Nzero, ku cicaro gikuru ca OBR mu nyubakwa ya Virago, bikaba vyari vyitabwe n’Umushikiranganji […]
0 2min 51

janvier 19, 2026 Evalde Izikwumva

« Abanyeshure batwara inda muri Kaminuza baziterwa na bande ? […] si uko mukwiye kubakira. »

Aya majambo yavuzwe na Patiri Arcade Nitunga, arongoye Paruwasi Mutima w’Ubwitonzi yo ku Mutanga Sud, akaba n’umwibutsamana wa Kaminuza y’Uburundi. Patiri Nitunga yamenyesheje ko akunze kwakira abanyeshure bo muri Kaminuza y’Uburundi bamwitura, bipfuza kwakira amasakaramentu inyuma yo gutwara imbanyi bwa sanganya. Nk’uko bitegekanijwe n’inyigisho z’Ekleziya Katorika, uwatwaye imbanyi asabwa gusubizwa mu muryango w’abemera. Ivyo ngo […]
0 2min 35


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire