Étiquette : Iris News

785600676_1365473159071887_1769304273442909549_n-1280x1706.jpeg

Jean de Dieu Nahabakomeyeseptembre 2, 20262min150
  Umuririmvyi w’Umurundi Mugani Désiré, azwi nka Big Fizzo, arashika mu Burundi kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 2 Nyakanga 2026. Fizzo aje mu gihe album yiwe nshasha SOA (Son Of Alkebulan) ibandanya kuvugwa no gukundwa n’abakunzi b’umuziki. Iyo album, Fizzo avuga ko yayihaye izina SOA, risigura “umwana w’aho vyose vyatanguriye” muri Afrika. Alkebulan rikaba […]

Faustin-Ndikumana-.jpg

Jean de Dieu Nahabakomeyeseptembre 11, 20252min2010
Mu gihe igenekerezo rya 9 Nyakanga ari umusi mpuzamakungu wahariwe uburimyi, ishirahamwe Parcem ryaratanze ikiganiro n’abamenyeshamakuru rivuga ku ruhara rw’uburimyi mu kugwiza umwimbu w’ibishorwa hanze. Abamenyeshamakuru ni kwo kubaza Faustin Ndikumana arongoye Parcem ico yibaza ku vyashikirijwe n’Umushikiranganji wa mbere Nestor Ntahontuye ku wa 14 Myandagaro 2025. Ico gihe, Ntahontuye yavuze ko abo mu mashirahamwe […]


Turi bande?

Iris News ni ikinyamakuru rusangi c’Uburundi gifise ibice 6 vy’ubuhinga bitanga amakuru menshi: Ubucuruzi, Ibidukikije, EAC, Ugwaruka, Umuco n’Inkino. Iris News yisobanura nk’“ikinyamakuru c’ibishoboka” gifise intumbero yo gufasha abarundi bakiri bato guhingura u Burundi buteye imbere kandi butagira ingaruka ku bidukikije.


Twandikire