février 11, 2026
irisnews257
Abapatiri 5 b’amazina akomeye muri kahise k’Uburundi
Uravye uko abantu bakiriye urupfu rwa Patiri Amando Kana, yahora arongoye Foyer de Charité de Bujumbura vyatwibukije ko izina ry’umupatiri rishobora kugera kure rikarenga impome z’amasengero yigishirizamwo akisanga yabaye kimenywanabose. Ng’aha turagaruka kuri bamwebamwe muri bo bamenyekanye bidasanzwe. Patiri Adriyano Ntabona Ni abarundi bake bovuga ko batarumva izina ry’uyu mu patiri yamenyekanye nk’umwigisha w’amakaminuza na […]
0
10min
19


![« Abanyeshure batwara inda muri Kaminuza baziterwa na bande ? […] si uko mukwiye kubakira. » « Abanyeshure batwara inda muri Kaminuza baziterwa na bande ? […] si uko mukwiye kubakira. »](https://kir.irisnews.org/wp-content/uploads/2026/01/1768835741356.jpg)











